Gaza: Ingabo za Israel zishe abantu 67 baje gutora imfashanyo kubera inzara – ubutegetsi bwa Hamas
Igisirikare ca Israel cishe abantu nibura 67 bari barindiriye amakamyo ya ONU y’imfashanyo mu buraruko bwa Gaza, nk’uko bivugwa n’ubushikiranganji
Read more